Inaha
INGARUKA MBI ZO KWONKA IGITSINAGABO (FELLATIONS) CANKE IGITSINAGORE(LÈCHE)
Abantu benshi barahangayikishijwe no kumenya ko ingeso irwiriye mu bagabo n'abagore mbere n'abatarubaka biyiba nayo akaba ariyo konkana ibitsina ku mpande zose!
Tugiye kubereka ingorane yavyo ku Magara y'abantu,ariko imbere yaho reka tubashirire ahabona ibigize imbuto z'umugabo n'amazi y'umugore:
* IBIGIZE INTANGA (SPERME)
Imbuto z'umugabo zigizwe n'ibiburikira:
* Insanganyangaburo ( Vitamines ):
- Vitamine C
- Vitamine B12
* Ivyunyunyu (Sels minéraux):
- Calcium
- Magnésium
- Phosphore
- Potassium
- Zinc
* Isukari (hydrate de carbone):
- Fructose
- Sorbitol
* Inkaburamubiri nkeya(hormones) nk'iyo bita testostérone.
* Imigera(bactéries)
* etc
IBIGIZE AMAZI YO MUGITSINAGORE
* Amazi
* Pyridine
* Squalène
* Urée
* Acide acétique
* Acide lactique
* Aldéhyde
* Cétone
* Alcool
* Glycols
* Imigera(bactéries)
NONE NIZIHE NGARUKA MBI?
1.Indwara z'andukira ( maladies infectieuses)
Mû bushakashatsi bwakozwe bwerekanye ko iyo umugabo akunda kwonka igitsinagore (lèche) ivyo twita cu*******us canke konka mugihimba gisohora umwanda muto(anus) arivyo bita (analingus) nishobora gutuma umuhungu abikora ashobora kwandura indwara nyinshi:
* VIH/SIDA
* Hépatite B
* Herpès
* N'ibindi vyose
2. Kanseri yo mumihogo (Cancer bucco-pharyngé)
Ubushakatsi bwa kozwe mû gihugu c'amerika n'umu docteur rurangiranwa yitwa Maura Gillison akaba yigisha muri Université d'Ohio yemeje ko abagabo canke abagore bakunda kwonkana ibitsina(rapports bucco-génitaux) bandura cancer yo mumihogo(cancer oropharyngé) incuro 32 kurusha abandura bandujwe n'itabi.
Ubashakashatsi berekana ko utokwama muriyo mibonano (relations bucco-génitales) imyaka irenga 5 utaragira ingorane imwe murizo twavuze.
3.Kanseri yo mumuryango w'igitereko ( cancer de col de l'utérus)
Kubabikunda cane iyo ari abigeme baba bafise amahirwe yo kwandura cancer yo kumuryango w'igitereko kurusha abandi.
IMPANURO
Nubwo tu*i ko kwonkana ibitsina ari kimwe mubikabura umubiri cane,vyoba vyiza mubihagaritse halo bizobicira ubu*ima bwanyu.
Mukwiye kumenya kandi ko nubwo mwoba mwubakanye,gukora ivyo ni icaha ku mana kuko muba muriko murakoze ivyo imibiri yanyu itaremewe,
Ndabipfurije gusoma isomo riboneka mu baroma 1:26-27.
Nimwarisoma rizobereka ko gukora imibonano mpuzabitsina atari kubikora nk'ibikoko ariko bikwiye guhesha Imana icubahiro kuburyo n'abamarayika bobasanga bakifatanya n'amwe muri Niyongabire mvajuru!!!!!!!
MN.
Umuntu yoba afise ibibazo vy'uburwayi bufatiye mu bihimba vyirondoka twomufasha.
Eka nubundi bwinshi butandukanye,yoturondera.
NB.
Bisabwe ko nimba ufise umutima w'urukundo wokwiza ububutumwa hose!
Mubihe bagenzi banyu nabo babisome
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
KG 7 Ave
Kigali
83 KIGALI