Reebeze
22/06/2026
๐๐๐ข๐ฒ๐ฎ๐ฆ๐ฏ๐ข๐ซ๐จ ๐๐๐ฌ๐ก๐ข๐ค๐ข๐ซ๐ข๐ฃ๐ฐ๐ ๐ง'๐ฎ๐ฆ๐ฐ๐ ๐ฆ๐ฎ ๐๐๐ค๐จ๐ซ๐๐ฌ๐ก๐ ๐
๐๐๐๐๐จ๐จ๐ค:
business wokora ufis umutahe wa 1million FBu ugahindur ubuzima๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐
๐ง
๐ง๐ฅ
WโUMUNYABWENGE NTIYICARA NGO YIDOGE โ ARASHINGA BUSINESS AKUBAKA KAZOZA KโURUGO!
๐๐ข๐ฃ๐ฆ๐๐ฆ๐ ๐๐ค๐๐ง๐,
๐๐๐๐๐ ๐ข๐๐๐ ๐ ๐ข๐๐ข๐ก๐โ๐ ๐ค๐ 1.000.000 ๐น๐ต๐ข ๐๐๐๐๐ ๐ข๐๐ ๐๐ข ๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐ต๐ข๐๐ข๐๐๐ข๐๐ ๐๐ข ๐๐ง๐ข ๐ข๐๐๐๐ง๐ ๐ข๐๐๐๐๐ ๐ ๐๐๐โ๐๐๐ค๐ ๐๐๐ง๐ ๐ฆ๐ ๐๐ข๐ก๐๐๐๐ข๐๐ ๐ข๐๐ข๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐ข๐ก๐ ๐๐ข๐ โ๐๐๐๐๐ ๐๐ข๐๐ข๐๐๐ โ๐ ๐ค๐๐ค๐ ๐โ๐ข๐๐ข๐๐ฆ๐๐๐๐ ๐ค๐๐ค๐ ๐๐ค๐๐ก๐๐ง๐ ๐๐๐๐๐๐.
Ikintu ciza ku bidandazwa nka ๐
, ibitunguru๐ง
, tunguru sumu๐ง, ibiraya๐ฅ, ibitoke, intore, pilipili ,poivron ,ibirungo, ivyema vyifu,amavuta yo guteka nโamasabuni .. etc ni uko ari ibintu abantu bakenera buri musi.
Ivyo bituma haboneka abakiriya igihe cose iyo wahisemwo ikibanza ciza.
Aho wokorera business yawe
Nimba udafise iduka rinini, urashobora:
-Gukotesha agakinga gato hafi yโisoko canke ku nzira abantu benshi baca.
-Gushinga agasoko gatoya imbere yโinzu yawe nimba ari ahantu haca abantu benshi.
-Gukorera hafi yโamaquartier arimwo imiryango myinshi kuko ari ho bagura ivya misi yose.
Akarusho ni uguhitamwo ahantu abantu bagenda cane aho kugura ikibanza gihenze.
Uko wokoresha umutahe wawe wa 1.000.000 FBu:
*Gukota ikibanza:200.000f nturaba ahazimvye caan
*Tomate: 80.000 FBu
*Ibitunguru: 80.000 FBu
*Tunguru sumu: 50.000 FBu
*Intore nโizindi lรฉgumes: 70.000 FBu
Ivyo kurya bikenerwa cane
*Ibiraya: 180.000 FBu
*Ibitoke: 70.000 FBu
Ivyo mu gikoni
Amavuta yo guteka(Ama hoki nama mesa: 150.000 FBu
Ibirungo bitandukanye: 50.000 FBu
Ivyo gukoresha mu rugo
Amasabuni yo kumesa no koza ibikoresho: 50.000 FBu
Ibindi bikenewe
Ameza, ibase canke ibiseke vyo gushiramwo ibidandazwa: 70.000 FBu
Amahera yo kubika
50.000 FBu yo kwifashisha igihe hari ikidandazwa gikenwe cane canke habaye ikibazo.
Inyungu zishoboka
Nimba ugurisha neza kandi ukagira abakiriya bawe bahoraho, ushobora kuronka hagati ya 10.000 FBu na 20.000 FBu ku musi bivanye nโaho ukorera nโingene isoko rimeze.
Ivyo bishobora gutuma mu kwezi uronka inyungu ifasha:
*Kwishura inzu.
*Kurihira abana ishure.
*Kugura ivyo mu rugo.
*Kwongera umutahe.
,๐จ๐จ๐๐ ku bamama
benshi bavuga bati:
"Nta mahera mfise yo gukora business."
Ariko ikibazo akenshi si ukubura amahera gusa, ni ukubura ingingo yo gutangura.
Umugore ashobora guhindura ubuzima bwโurugo rwiwe atanguriye ku gito. Abagore benshi bafise amaduka manini uno musi batanguriye ku meza mato canke ku gatebo kari mu muryango.
Ntukemere ko kwidoga biba akamenyero. Ahubwo ba umwigeme canke umupfasoni afata ingingo, akora, akagerageza kandi akihangana.
:
"๐ผ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐, ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐โ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐. ๐จ๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐'๐๐
๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐, ๐๐๐๐๐๐๐ ๐'๐๐๐ ๐๐๐๐๐, ๐ฐ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐'๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐." ๐ฑ๐ฐ๐
"๐ด๐๐๐๐๐๐๐ 1 ๐ญ๐ฉ๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐; ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐'๐๐๐๐
๐๐๐
๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐, ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐
๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐."
๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ช๐ช๐ฅ๐ฅ๐ง๐ง
๐
๐๐
๐๐จ๐ซ๐ ๐ฌ๐ฎ๐ข๐ฏ๐ซ๐/๐๐จ๐ฅ๐ฅ๐จ๐ฐ Reebeze ๐ฎ๐๐๐ง๐๐๐ง๐ฒ๐ ๐ฎ๐๐๐ง๐ ๐ง๐๐ญ๐ฐ๐
B-Face akaba ariko aregera ku nkongoro yโubugabo! Iyi yari Dot....
Tubipfurize urugo ruhire....
Reebeze
21/06/2026
๐จ๐ง๐ฎ Ubundi aba bakobwa izi nguvu bazikurahe??
๐ฅMariage ya na yasivye nyuma yuko umuhungu avumbuyeko chr wiwe Nadine akuriwe.
Mu gihe kuruyu wa gatandatu igenekerezo (20/6/2026) ariho vyari bitegekanijwe ko haba ubugeni bwabo, ibintu vyaje guhinduka urudubi asaba ko ubu butumire atawogira ico abuvuzeko bitewe nuko ataco bukimaze(Bwahagaritswe).
Harikekwa ko nyuma ya Etat-civil,Roger umu yaje kumenya ko Nadine afise imbanyi nubwo we atavyemeza.
Birababaje mbere biranateye agahinda gutegura ibintu vyose ariko kukanyuma Mariage igasiba.
Muraya mezi 6 aheze uyu abaye umuhungu agira 3 asibije Mariage.
Reebeze โฌ
๏ธFollow
Abahungu barabaye inzahabu....
Nguyu ararize arahogora kubera abuze umu chรฉri ๐ญ
Follow more Reebeze
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Nairobi