Commune Rumonge
10/04/2026
Hello, Murashobora no kudukurikirana kuri muciye aha๐๐๐
https://whatsapp.com/channel/0029VartkF0HbFV090hLlF1o
10/04/2026
Visit
Ku
07/04/2026
07/04/2026
06/04/2026
๐๐ฟ๐ฎ๐ด๐ถ ๐ฟ๐' ๐จ๐บ๐๐ต๐ถ๐๐ถ ๐๐๐ฝ๐ฟ๐ถ๐ฒ๐ป ๐ก๐ง๐๐ฅ๐ฌ๐๐ ๐๐ฅ๐ ๐ป'๐ถ๐บ๐๐ฒ ๐บ๐ ๐ป๐ธ๐ถ๐ป๐ด๐ถ ๐๐ถ๐๐๐ด๐ฎ๐ป๐ถ๐๐ต๐ฎ ๐บ๐ ๐บ๐ฏ๐ผ๐ป๐ฎ๐ธ๐ฎ๐๐ผ๐๐ฎ ๐'๐ ๐๐๐ฟ๐๐ป๐ฑ๐ถ
Mw'ijambo yashikirije kuri uyu wa 6/4/2026 mu birori vyo kwibuka imyaka 32 irangiye uwahoze ari Umukuru w'Igihugu c'u Burundi, , yitavyimana, Musitanteri wa Komine Rumonge yasiguye ko twarazwe n'uwo muhisi ari imwe mu nkingi zituganisha mu mbonakazoza y'u Burundi bwifashe mu 2040, buteye imbere mu 2026.
Kubwa , ingo, imiryango n'ibisata vyose bigize ubuzima bwa Komine bikwiye kurangwamwo Discipline, tukubaha kandi tukubahiriza amategeko.
Muri ivyo birori vyitabiriwe n'indongozi mu ntwaro, mu migambwe, mu madini,...Musitanteri yaboneyeho akaryo ko gukeza inzego z'ubutungane n'umutekano ku butwari berekanye mu kurwanya ibihuha vyari vyadutse mu minsi iheze vyo kwibana ibitsina maze mu mwanya muto ituze rikagaruka, abenegihugu bakabandanya imirimo yo kwiteza imbere. yafatiye ku kugene muri kino gihe ivyo bihuha bisesereje igihugu kibanyi ca aho havugwa n'abantu bamaze kuhasiga ubuzima.
31/03/2026
๐จ๐ฟ๐๐ต๐ฎ๐ฟ๐ฎ ๐ฟw'๐๐ฏ๐ฎ๐ธ๐ฒ๐ป๐๐ฒ๐๐ถ ๐ฏ๐ผ ๐บ๐ ๐ฅ๐๐บ๐ผ๐ป๐ด๐ฒ ๐ป๐ถ ๐ป๐๐ฎ๐ป๐ด๐ฒ๐ฟ๐ฒ ๐บ๐ ๐ด๐๐ต๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ป๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐ฎ๐ด๐ฎ๐๐ฒ๐ธ๐ฎ ๐ป'๐๐ฏ๐๐๐๐ป๐ด๐ฎ๐ป๐ฒ ๐ฏ๐ถ๐ฑ๐ฎ๐ธ๐๐บ๐ถ๐ฟ๐ฎ
"โ
Abakenyezi barakora bigashimwa mu buzi butandukanye bajejwe muri Komine Rumonge...
โ
Abakenyezi tubasaba guhindura urugo ikibanza c'umunezero aho umugabo yumva ko muhira ari ahantu ash*tse aruhuka...
โ
Umukenyezi akwiye gufata iyambere mu kugira isuku ryaho babaye no gukundisha abana ibikorwa bitandukanye...
โ
Turateye ivyatsi abagabo bagifise ingendo yo guhohotera abakenyezi babo mu buryo ubwaribwo bwose..."
Iyo niyo ncamake y'ijambo ryashikirijwe na Musitanteri wa Komine Rumonge, , mu birori vyo guhimbaza umunsimukuru wabahariwe umukenyezi ku rwego rwa Komine Rumonge, hari kuri uyu wa 31/3/2026.
Muri ivyo birori, MINANI Augustin yateye ivyatsi abekenyezi bakorora imbanyi canke bagata abana bibarutse aho asigura ko bakwegera umuvumo ikomine n'igihugu, aca ashimira abagabo bo mu kuko atawuragaragaza ko ari mw'ishirahamwe _mugahinda!
aserukira ihuriro ry'Abakenyezi mu Rumonge we yasavye abakenyezi guharanira agateka kabo bidaciye mungimba. Kubwiwe, ntabwo abakenyezi baharanira kungana n'abagabo ahubwo baharanira kugira uburenganzira bumwe n'abagabo.
Mwomenya ko uwo munsimukuru wahimbajwe kucivugo :"๐จ๐ฟ๐๐ต๐ฎ๐ฟ๐ฎ ๐ฟ๐'๐๐บ๐๐ธ๐ฒ๐ป๐๐ฒ๐๐ถ ๐บ๐ ๐ด๐๐ต๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐ป๐ถ๐ฟ๐ฎ ๐ฎ๐ด๐ฎ๐๐ฒ๐ธ๐ฎ ๐ป'๐๐ฏ๐๐๐๐ป๐ด๐ฎ๐ป๐ฒ ๐ฏ๐ถ๐ฑ๐ฎ๐ธ๐๐บ๐ถ๐ฟ๐ฎ" . Wabereye ku kibuga c'umupira w'amaguru co mu gisagara ca Rumonge, utagujwe na defire iva muri karitiye .
31/03/2026
Ku civugo:"๐๐ง๐ช๐๐๐ง๐ ๐ง๐ฌ'๐ช๐ข๐ช๐ ๐๐ฃ๐ฎ๐๐ฏ๐ ๐ข๐ช ๐๐ช๐๐๐ง๐๐ฃ๐๐ง๐ ๐๐๐๐ฉ๐๐ ๐ ๐ฃ'๐ช๐๐ช๐ฉ๐ช๐ฃ๐๐๐ฃ๐ ๐๐๐๐๐ ๐ช๐ข๐๐ง๐", kuri uyu wa 31/3/2926 Abakenyezi bo muri Komine Rumonge bariko barahimbaza umunsimukuru wabahariwe!
๐๐ช๐ง๐๐ฅ๐๐ช๐ง๐๐๐ ๐ผ๐๐๐ ๐๐ฃ๐ฎ๐๐ฏ๐ ๐๐ค๐จ๐ ๐๐ค ๐ข๐ช ๐ข๐๐ฉ๐ช๐ข๐๐ ๐ฒ๐ต ๐๐๐๐ฏ๐ ๐๐ค๐ข๐๐ฃ๐ ๐๐ช๐ข๐ค๐ฃ๐๐ ๐ช๐ข๐ช๐ฃ๐จ๐ ๐ข๐ช๐ ๐ช๐ง๐ช ๐ข๐ฌ๐๐ฏ๐!
30/03/2026
๐๐ป๐ฎ๐บ๐ฎ ๐๐ฎ ๐๐ผ๐บ๐ถ๐ป๐ฒ ๐๐ฒ๐บ๐ฒ๐ท๐ฒ ๐๐บ๐๐ด๐ฎ๐บ๐ฏ๐ถ ๐๐ผ ๐ด๐๐๐ต๐ถ๐ป๐ด๐ฎ ๐ถ๐ธ๐ถ๐ด๐ผ ๐ฐ๐ถ๐ด๐ถ๐๐ต๐ฎ ๐ถ๐บ๐๐๐ด๐ฎ ๐ป'๐๐ฏ๐๐ต๐ถ๐ป๐ด๐ฎ ๐ธ๐ ๐บ๐๐๐๐บ๐ฏ๐ฎ ๐๐ฎ #๐ฅ๐๐๐๐บ๐ผ
Ico kigo cigisha imyuga n'ubuhinga butandukanye kigiye gushingwa ku , muri zone kiri mu masezerano ari hagati ya Komine n'igisagara ca ( ) aho ibigo vyo mu Budagi bizozana mu Rumonge abahinga mu myuga n'ubuhinga butandukanye hamwe n'ibikoresho maze Komine Rumonge nayo igatanga ikibanza kirimwo inyubako ifise ku mutumba Rutumo.
Asigurira inama ya Komine yakoranye kuri uyu wa 30/3/2026 ivyerekeye integuro y'uwo mugambi, Musitanteri wa Komine Rumonge yamenyesheje ko mu rugendo aherukamwo mu gihugu c'Ubudagi ( ) yabonanye n'Uwurongoye igisagara ca bakaganira kw'ishirwamungiro ryuwo mugambi. I Papenbourg ubu bakaba bariko baregeranya uburyo buzokora ndetse uyo arongoye yemeye kuzotanga, buri munsi mu kiringo c'umwaka, iyero rimwe kuri buri munyeshure azoba ariko ariga muri ico kigo (1โฌ/รฉlรจve/jour pendant une annรฉe).
Mwomenya ko mu ntunganyo y'uwo mugambi, abazokwiga muri ico kigo bazohabwa impamyabushobozi zibemerera no gukora mu bihugu vya Buraya ( ).
25/03/2026
๐ฑ ๐ฌ๐ฌ๐ฌ ๐๐๐ ๐ธ๐'๐ถ๐ฐ๐๐ฝ๐ฎ ๐ฟ๐ถ๐บ๐๐ฒ ๐ป๐ถ๐ฟ๐๐ผ ๐ต๐ฎ๐ฑ๐ฎ๐ฏ๐ ๐ฟ๐ถ๐ฐ๐ถ๐ฏ๐๐ฎ ๐๐๐ฎ๐ป๐ฑ๐ฎ๐ด๐ฎ๐๐ฎ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ฐ๐๐ฝ๐ฎ ๐๐ฎ ๐ฝ๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐๐ถ๐๐ถ๐ธ๐ฒ
Kwandagaza amacupa atabora ya bifise ingaruka mbi nyinshi ku magara y'abantu n'ibikoko, ku bidukikije, ku kirere, mu burimvyi,...
Mu nyigisho zatanzwe n'abahinga bo mu mugambi kuri uyu wa 24/3/2026 no kuri uyu wa 25/3/2026 mw'isoko nkuru ya Rumonge no kuri muri ino ndwi yahiriwe isuku n'isukura mu Rumonge, abo bahinga babandanya kwerekana ingaruka mbi ziterwa no kwandagaza parasitike, kuziturira, kuzitekeramwo amavuta,...ndetse n'ibihano bitegekanywa kuri uyo wese akoze ayo mahano.
๐ญ๐ถ๐บ๐๐ฒ ๐บ๐๐ฟ๐ถ ๐ถ๐๐ผ ๐ป๐ด๐ฎ๐ฟ๐๐ธ๐ฎ ๐บ๐ฏ๐ถ ๐ป๐ถ ๐ถ๐๐ถ ๐๐ถ๐ธ๐๐ฟ๐ถ๐ธ๐ถ๐ฟ๐ฎ:
๐จAmacupa ya plastic arimwo ubumara bubangamira amafi n'ibindi binyabuzima iyo atawe mu migezi, mu nzuzi no mu kiyaga ;
๐จ Amacupa ya plastic aratuma isi itituka iyo ahambwe mw'isindimwa;
๐จAmacupa ya plastic aronona igisenge iyo aturiwe, bigatuma haba ihindagurika ry'ibihe;
๐จUbumara buri mu macupa ya plastic buratera indwara zitandukanye iyo ariko akoreshwa incuro irenga imwe (Amacupa ya plastic akoreshwa rimwe gusa);
๐จ.....
Nubwo biri uko, iyo ayo macupa yegeranirijwe mu bisandugu vyabigenewe, atandukanijwe n'imyanda ibora, arahingurwamwo ibikoresho ngirakamaro bitandukanye nk'intebe, ibisharizo, amatafari yo gusasa hasi ( ),...
Indwi yahariwe isuku n'isukura mu Rumonge, mu mugambi , izosozerwa ahobukera kuri uyu wa 26/3/2026 ku kibuga c'umupira ca Rumonge; hazoba ibirori bitandukanye. Abenegihugu mwese muratumiwe kwitabira ivyo birori bigamije kwigisha no gushira mu ngiro amabwirizwa y'isuku n'isukura aho dukorera n'aho tuba.
๐จ๐ฑ ๐ฌ๐ฌ๐ฌ ๐๐๐ ๐ธ๐'๐ถ๐ฐ๐๐ฝ๐ฎ ๐ฟ๐ถ๐บ๐๐ฒ ๐ป๐ถ๐ฟ๐๐ผ ๐ต๐ฎ๐ฑ๐ฎ๐ฏ๐ ๐ฟ๐ถ๐ฐ๐ถ๐ฏ๐๐ฎ ๐๐๐ฎ๐ป๐ฑ๐ฎ๐ด๐ฎ๐๐ฎ ๐ฎ๐บ๐ฎ๐ฐ๐๐ฝ๐ฎ ๐๐ฎ ๐ฝ๐ฎ๐ฟ๐ฎ๐๐ถ๐๐ถ๐ธ๐ฒ โ
Amacupa ya parasitike akora rimwe gusa โ
Egeranya amacupa ya parasitike ugutandukanye n'imyanda ibora
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rumonge