Fiston Vfbwoy

Fiston Vfbwoy

Share

19/06/2026

Jérémy Doku yemeye gusinya amasezerano mashasha muri Manchester City azoshika mu 2031. 💙✍🏿
Umushahara wiwe uzokwiyongera kandi ayo masezerano yongerejwe igihe inyuma y'umwaka mwiza cane ahejeje gukina. Doku kandi abonwa nk'umwe mu bakinnyi b'ingenzi mu mugambi w'igihe kirekire w'umumenyereza Maresca.

19/06/2026

Ikipe y'igihugu ya Mexico ni yo yabaye iya mbere yaronse itike yo gukomeza mu kindi gice c'Igikombe c'Isi 2026. 🇲🇽✨
Nyuma yo gutsinda Koreya y’Epfo igitego 1-0.

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Rumonge?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Minago
Rumonge