OG FORCE

OG FORCE

Share

22/05/2026

bakunda kwita umwe mubasore bakiri bakiri bato ariko bakunzwe cyane mumyidagaduro mugihugu c'Uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ,Uyu musore akunzwe cyane kumajambo yiwe yokutarya umunwa cyane avuga kubahanzi bi muri iki gihugu🇧🇮🇧🇮

akimara gutangaza ko agwaye impaka zabaye impaka aho bamwe Mubakurikirana Imbuga,bataurumva neza ko yoba arwaye vyukukiri,biri gukekwa ko yaba ari yoba yagaragayemwo ,ishobora gusohoka umwanya n'Umwanya.

nagara gara muri azoba yerekanye kwafite impano mubintu bitandukanye vyo mumyidagaduro kuko ntawakwiyibagiza ko anasanzwe ari Umuririmvyi,beshi tumuzi mundirimbo yakoranye na -face.

@✍️✍️✍️Nigiki ukundira ????

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Rohero?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Rohero