Too Much Money
Atletico New Oil aho irimwo yitegurira urukino go k'umusi w'indwi aho izohura n'umugwi uturuka muntara imwe ariyo ntara ya muyinga
Abafana beshi bayo ma équipe Ndetse n'abandi bakunzi b'iterambere ry'umupira wamaguru mu 🇧🇮 bariteguriye cane ugo rukino ruzohuza iyomigwi ibiri
Kubwawe uraha amahirwe iyahe équipe ?
Kora coment na partage tubandanye gusangizanya ibitekerezo
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏
14/10/2021
Uburundi n'igihugu ciza cane
Temberera igihugu muntara zitandukanye zigize igihugu c'uburundi wirabire ivyiza twahawe n'Imana yacu yaduhaye igihugu gitemba amata n'ubuki
Gira partage kubantu batandukanye ubereke k'Uburundi arigihugu ciza
Ntiwibagire gukora j'aime kuri page kugira ubandanye kuguma umenya utuntu n'utundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 andika muri cmntr Ndakunda igihugu canje ❤❤🇧🇮
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
+25762993858
Muyinga