Burunga GF
narinaragize akabazo ariko ndagarutse kubahereza amakuru agezweho ajanye nivyizintambara zomukarere
02/06/2026
🇮🇷🇺🇸🇮🇱🇱🇧 Abbas Araghchi, Umushikiranganji w’Ububanyi n’Amahanga wa Iran, yavuze ati:Agahengwe k’intambara kari hagati ya Iran na Amerika, ata gukekeranya,gakora ku mpande zose z’intambara, harimwo na Libani.
Kugahonyanga ku ruhande rumwe bisigura kugahonyanga ku mpande zose.
🟣Amerika na Isirayeli ni bo bazobazwa ingaruka zose zova ku guhonyanga ako gahengwe k’intambara.
Waru way 257
29/05/2026
🔥 Isoko ya kijambere yo ku mugwa mukuru wa komine Cibitoke iriko irasha
🚨 Ubusuma buriko buraba, mu gihe abadandaza bariko baragerageza gukiza ivyabo
😟 Abadandaza bavuga ko biriko birabagora cane kuraba ico bokiza n’ico basiga hagati mu muriro n’akavuyo kariko karaba
‼️Source 👉
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
Bujumbura
Makamba