Top kdo
17/04/2026
Hagowe ababizana 😭😭😭
Following Top kdo
18/03/2026
😭😭Hahandi nyene ndavuga AFRICA!!!Birabaye ubunyene 18.mars.2026
🙆Baheje Gufuta Igikombe Bahaye SENEGAL🇸🇳 Muri CAN Iherutse Kuba Bagihereje MAROC🇲🇦 …
🚨AFCON 2025: CAF yakuyeho intsinzi ya Senegal, Maroc Yatahukanye Igikombe ca Afrika ku bw'ikosa (3-0)
♦️Komite y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Afurika (CAF) Yamaze gushira icemezo Gikomeye Kuncuro Yambere Bibaye ku rukino rwa nyuma rwa AFCON 2025,Ko Senegal 🇸🇳 Bambuwe Icogikombe…
♦️Mw’Itangazo Ryashizwe Ahabona kuri uyu wa kabiri, urwego rushinzwe umupira w'amaguru muri Afrika rwatangaje ko intsinzi ya Senegal yakuweho.
🫵🏻Urwo Rukino Bivanye Nuko MAROC Yitwaye Ndetse Baza Kuraba n’Imyitwarire Y’Umurwi Nserukira Gihugu Wa Senegal 🇸🇳.Umurwi Wa Maroc 🇲🇦Wahawe Ibitsindo 3-0 bwa SENEGAL 🇸🇳 Bisigurako Bakubiswe Impaga….
♦️Ibi Bikaba Vyakozwe nyuma yo gusuzuma ibirego Vyatanzwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru rya Maroc🇲🇦, igice kinini cavyo cafatwaga nk'aho cemerewe na CAF.
♦️Dukurikije icemezo ca komite yakoze bino, bimwe mu bihano n'amande Vyafatiwe Maroc Vyagabanijwe….
♦️Kubera iyo mpamvu, CAF yahaye ku mugaragaro Maroc igikombe ca Afrika ca 2025,rero iciye itahukana icogikombe kubw’ikosa ryakozwe Canke Amakosa Yakozwe n’umurwi nserukira gihugu Wa Senegal 🇸🇳 nyuma yo guhindurirwa amateka y'umukino wa nyuma….
♦️Iki cemezo, camaze kuganirwaho cane mu Mirwi y'umupira w'amaguru muri Afrika, gishobora gukomeza guteza Ivyiyumviro n'impari nyinshi mu bafana, n'inzego z'imikino ku mugabane wose.
♦️Kubera iyo mpamvu, Maroc yambitswe igikombe ca Afrika ca 2025 ku mugaragaro, itsinze Senegal Kubitsindo 3-0 Nkaca ninaza nti mbega kobagarutse ndetse na match ikabandanya ntibari kubaca amande gusumba uko bobaka igikombe???iyi ni football yomuri Africa
Following Top kdo
26/02/2026
mbe bibi cane umugore yubahwe hamwe yoba yafashw.
Amakuru ariko avugwa can nuko Mencho ivyiwe vyarangiye 🚨🚨 [ Umugore yamutanze🤷🏾♂️ ] Yishwe amaze imyaka 15 aronderwa n'igisirikare ca Amerika 🇺🇲 caramubuze 👇🏾
=========================
Yitwa El Mencho numunya yadandaza urumogi akanica abantu , yahizwe imyaka irenga 15 , ahigwa n'abakomeye nka ( FBI, Interpol, CIA ...) baramubura .
Yaramaze gushirirwako imiliyoni 15 zama dollar kuwuzomubona ariko vyose vyari vyaranse .
Gusa biciye kuruno mugore ataramenyekana izina ariko yatumwe n'igisirikare ca Amerika , uwu mugabo El Mencho yarafashwe ndetse aza nokwicwa ( Ubuzima bwiwe burangira ukwo )
Following Top kdo
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Kirundo