The Rod
Iyindirimbo ni hit 🔥💯🎯🎯
Mbe yitwa canke ??
22/06/2026
Umurundi 🇧🇮wacu umukinyi rurangiranwa yahoze akiniria UD Almeria mucicaro gikuru muri Spain laliga aho yanatsinze igitsindo Real Madrid 🫣😁
ubu tuvugana ntamugwi mumwe nserukira gihugu arahitamwo gukinira usivye match 2 zonyene yakiniye Belgium 🇧🇪 yabakiri bato
kumyaka Yiwe 25 arifuza gukinira intamba murugamba
Mbe mu Rwanda 🇷🇼 bimeze gute ko atamukinyi ari international bafise 😁😁❓️
22/06/2026
Naho kugaruka Mu Burundi 🇧🇮 kutarimwo
Umuhinyanyuzi aramenyesha abakunzi biwe ko umwanya n'umwanya ararekura indirimbo nshasha
get ready for new banger from Joel 🎧🔥🔥
21/06/2026
Izi foto ziribiri
zigaragara inkuru zibiri ziriko zivugwa cane muri Entertainment y'Uburundi 🇧🇮🔥
1.Kellyna na Big fizzo indirimbo yabo mwayumvise gute?
2. Sat-B na Youssouf Nyange nibo Bantu batumye stade Intwari yuzura ??
tanga iciyumviro came nkumurundi 🇧🇮💯🔥
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
Kanyosha