Asali
02/05/2026
Ingabo zikomeye kndi zidatinya nizi 💪
01/05/2026
Abagiye kw'Idefilé iwacu ngo nabo bakoze defilé 🙄?Murambwra je siho narindi🤕
29/04/2026
🎤🔴 🇧🇮🚊 : 𝐓𝐫𝐚𝐦𝐰𝐚𝐲 igiye
Guhindura ubuzima bwo kwiyunguruza i
Bujumbura. 🚋🔥
Hari inkuru nziza ku banyagisagara ca
Bujumbura; Reta y’Uburundi iriko irate
Gura umugambi munini wo gushiraho
Imihora ya kijambere ya tramway, mu
Ntumbero yo kworohereza uruja n’uruza
Rw’abantu no kugabanya umuvundo wo
Mu mabarabara.
Uwo mugambi uri mu murongo
W’iterambere ry’igihugu “2040-2060”,
Aho bitegekanijwe ko ayo mabisi azoca
Mu bice bitandukanye vy’igisagara,
Agahurira hagati mu gisagara kugira
Vyorohe kuwuyakoresha wese 🏙️.
Ku wa 24 gushika 28 Ndamukiza 2026,
Ishirahamwe ANOB rifatanije n’inzego za
Reta ryaratanguje igikorwa co gusuzuma
Aho ayo mabarabara azoca.
Muri ico gikorwa, harimwo abaserukira Ibigo nka :
🔹 ARB
🔹 REGIDESO
🔹 ONATEL
Ivyo bikaba vyakozwe mu ntumbero yo
Gutunganya neza aho hazoca imirongo
Y’umuyagankuba, intsinga za Internet
N’ibindi bikorwaremezo bizofasha uwo
Mugambi. ⚡🌐
10/04/2026
Imaginez un monde plus vaste que la Terre où les océans ne font pas simplement partie de la planète… ils sont la planète elle-même.
TOI-1452 b est environ 70 % plus grande que la Terre et pourrait être entièrement recouverte d'eau, s'étendant sur des centaines de kilomètres de profondeur. Mais il ne s'agit pas d'océans comme ceux de la Terre.
Aux profondeurs extrêmes, la pression devient si intense que l'eau se transforme en des formes exotiques comme la glace de haute pression… même dans des conditions de chaleur extrême.
Cette planète orbite autour d'une naine rouge peu lumineuse, ce qui signifie que certaines parties de ce monde océanique pourraient être froides – mais son atmosphère influence probablement tout.
Pas de terre. Pas de frontières. Pas de rivages.
Juste un monde complètement différent…
Et si la vie y existe, elle a évolué dans une eau infinie –
dans un lieu que nous pouvons à peine imaginer.
🌊 Oseriez-vous explorer cette planète ?
17/03/2026
🎤🔴⚽ : 𝐁𝐎𝐎𝐌! Umugwi wa
𝗥𝗲𝗮𝗹 𝗠𝗮𝗱𝗿𝗶𝗱 watsinze 𝐌𝐚𝐧𝐜𝐡𝐞𝐬𝐭𝐞𝐫 𝐂𝐢𝐭𝐲
Ibitsindo 2 kuri 1, ku ntsinzi y’ibitego 2
Vyatsinzwe na Vinícius Júnior.🔥🤍
Ivyo bituma Real Madrid ikomeza mu
Kindi gice c’irushanwa… ibihe birushiriza
Kuba vyiza cane! 🤩🏆
01/03/2026
na Reta zunzubumwe za America baraye bivuganye Umukuru w'ikirenga wa !!!! Hossein Khamenei Ayatollah be nizindi ndongozi zitandukany za baguye mugitero cagutse c'amabombe arenga 500 yatewe kubiro vyuwo mukuru wa Irani!!!!!
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
Kamenge