AH257

AH257

Share

07/06/2026

🔴 Munama ya bose idasanzwe y’ishirahamwe FFB , Uwurongoye Ishirahamwe FFB Gen. de Police Alexandre MUYENGE ahejeje kumenyesha ko ubushimwe bw'ibikombe n'amahera atangwa ku migwi bigiye kuduzwa kurugero rushimishije .

- Umugwi uzotahukana igikombe ca Ligue A Burundi wahora uronka imiriyoni 50 , uzohabwa imiriyoni 70 z'amarundi . Igikombe c'umukuru w'igihugu cavuye ku miriyoni cumi na zitanu (15.000.000 FBU) z'amarundi kija ku miriyoni mirongo ibiri na zitanu (25.000.000 FBU). Mu mice yose y'umupira w'amaguru : amahera imigwi ihabwa itandukanye mu cicaro ca mbere , icicaro ca kabiri haba mu bigeme no mu bahungu , muma districts , amahera yo kwiyunguruza, muri Beach soccer hamwe n’abahagarikizi…
📷FFB

Photos from AH257's post 04/06/2026

🔴 Publicité :
Vyose birahari mu Burundi kandi kuguciro ciza cane .
Téléphone : +257 77848981

Want your business to be the top-listed Gym/sports Facility in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Bujumbura
257