Maongezi
31/07/2025
Mon pays va mal vrt? Ce vieux encore?? Et vs pensez qu' va nous apporter quoi de mouveau?
Igihugu cacu kiva heh kikaja hehe?? Mbega koko muribazako biva kuki? Nimba wumva icongereza kurikurana kano ka vidéo urumva igituma mvuze kuno ! Kuki ibindi bihugu vyo muri Africa biriko bikuraho Visa kuri buri munyafrika ariko twebwe bakagumizaho ? Erega ingenzi zije kubwinshi nabarya bene ama hotel bazoronka ikori rikwie ryo kuriha ya mahera waziga muri visa aze muyindi nzira!
Burundi vyukuri warigorewe!! 40$ ku muntu aje gutembera for 3 days koko?? Ngo atabonetse ngo subire inyuma 🤔🤣🤣 .
Yivugie ati ku gihugu nk'uburundi nyene kuelii?? Akabi gatwengwa nkakeza pe! Ikubite agashi basha. Nindongozi zihindure ! Twebwe turondere visas za gusa ariko bo baze bazany anafaranga mukama
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Culinary Team
Attire
Website
Address
Sandton