GUSHUHA.com

GUSHUHA.com

Share

01/03/2026

Ngayo Nguko, Micky ku murongo wa Telephone, mu Kiganiro AG(umugabo we) yariko akorana na Sabin, yagize ngo : " Namubwira azapf* mbere ya Divorce"

More in the comment

01/03/2026

Inyuma ya Ali Khamenei, Iran yaronse umuyobozi mushya ariwe Ayatollah Alireza Arafu

01/03/2026

Inyuma Yuko hamenyekanye ko umuyobozi w'ikirenga wa Iran yaraye yitabiye Imana mu bitero byabaye kuri uyu wa 6, ku mugwa mukuru wa Iran, uwumusubirira yamaze kumenyekana.

Nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru Cerfia co mu Bufaransa abivuga, uwo muyobozi mushasha akaba yitwa Ayatollah Alireza Arafu, akaba nawe Ari mu bayobozi bakomoye muri ico gihugu.

Aya makuru akaba amenyekanye nyuma Yuko ubuyobozi bw'igihugu, bwemeye ko uwo muyobozi w'ikirenga yahitanywe n'ibyo bitero, kuko Minister w'ububanyi n'amahanga wa Iran kuri uyu wa 6 yari yamenyesheje ikinyamakuru c'abanyamerika NBC news ko abayobozi Bose bakomeye ataco babaye.

Gushika ubu hakaba hakomeza kuvugwa ko abayobozo batari bake bo muri ico gihugu bapfiriye muri ico gitero.

18/02/2026

Super Manager yashize umuco ku bujiji yagirijwe Bruce Melodie, Aho yabaza ibijanye na Monetisation imbere ya H.E Paul Kagame mu n'ama y'umushikirano.

Uwo mushoramari yavugiye mu Kiganiro The Choice Live ko naho Bruce Melodie amaze kugera ku bikomeye, agifite byinshi byo kwiga. Birimo kumenya kwitegura bihagije imbere yo kuja kubaza ibibazo, kuko mu mushikirano Atari kubaza, ikibazo adafitiye amakuru ahagije.

super Manager yashize Ati :
"Icyambabaje kuri Bruce Melodie, ntabwo yari buje imbere ya President, ngo avuge ngo turasaba Monetisation. Ahubwo wari bube wararevye ngo kuki ubundi Monetisation ishobora guhabwa Kenya, igahabwa Tanzania, twebwe ntituyihabwe. Twebwe n'ikihe cyaha twakoze? Kuki tutayihabwa? Wakabaye warakoze research, ukaba U*i neza iyo mpamvu. Melodie yakagombye kuba yarakoze research imbere yo kuja mu n'ama y'umushikirano. Ntabwo waja mu n'ama nkiriya udafite amakuru ku kintu ugiye kubaza neza, kuko iyo bamaze kumenya Yuko bagufata mu rwego runaka, ariko ukaba utari ufite amakuru ku kintu ukabaza, iyo n'ayo n'inenge."

Written by Mp Yann

Want your business to be the top-listed Clothing Store in Muscat?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Website

Address

Qaryah House
Muscat
0000