Gongo jay

Gongo jay

Share

28/05/2026

Genda by madiba tha classic

28/05/2026

Vuba indirimbo ya irasohika

27/05/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Itariki 2/7/2026 , Umwe mubaririmvyi bakunzwe mubufaransa azoba aringaha mugihugu c'uBurundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

========================

Yitwa Youssoupha afise amamuko muri Congo ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ ,ariko akorera umuziki mubufaransa ninaho yamenyekaniye cane , akaba ahejeje kwemeza ko itariki 2/7/2026 azoba arikuri IFB ( Institut Franรงais du Burundi )

๐Ÿงพ Akazoba arikumwe na : Kirikou na Vania Ice

Gongo jay โœ๏ธ

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Nairoba?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Nairoba
1111