Reka shaa

Reka shaa

Partager

03/03/2026

😏Je hariho ikirato ndinze ndacambara imvura itegerezwa k***a 😭😭

01/03/2026

💔Umusolait wa 30ans adafise niburiburi 1million yiwiwe,
uwo s'Umusolait n'inkumi muzindi, ahubwo n'inda yoyivyara😂🏃🏻

28/02/2026

Abantu mutarabatizwa ntimuzoja mubutariyano 😏😏

26/01/2026

🤯 Isakoshi (sac à dos) IShowSpeed 🇺🇸 yama yitwaje mu ma-live streams yiwe mu rugendo rwiwe rwo muri Africa iratangaje cane!
📌Iyo sakoshi irimwo power bank ikomeye cane ishobora gushariza:

📱 Téléphone zishika imilioni 1,
na ordinateurs💻 zirenga 400,
kandi vyose bikamara imyaka myinshi cane ata kindi yongeyemwo!

💰Agaciro kayo kagereranywa hafi imiliyoni 10💸. 😳🔥
✅Yayihisemwo kugira ngo ibikoresho vyiwe (téléphone ,camera, ordinateurs…) ntibizime mu gihe ariko akora live. 😍😍

Icigwa c’ubuzima (Leçon de morale) :
👉 Mbega wewe uri mushasha hano canke gute? 👀🚶🏾‍♂️
Abandi barategura kazoza, abandi bakibaza ibibazo gusa… 😅💭

kora suivre uronke amakuru kumwanya

shaa

Photos from Reka shaa's post 26/01/2026

📍😭BIRABABAJE : Umukobwa mwiza witwa May yafashe icemezo co kwibagisha amabere🙉kuko ngo ntagahunda yo kuvyara afise. 😂

Uyu mukobwa wumunyamideri yavuze ko impamvu yahisemwo kwibagisha amabere aruko yumva nta gahunda yo kuzovyara ngo yonse umwana afise.

22/01/2026

Iradiyo BlackFM🇧🇮 umusani Chameleone🇺🇬 ahejeje kuyigura yayise Chameleone FM

22/01/2026

⁉️ AYA MAJAMBO ABAVYEYI BAKUNDA KUBWIRA ABANA NI NDE WUNDI AYIBUKA ? 🤣🤣

1. Nyamba izo nyo zanyu ziriko urwembe.
2. Ukava kw’ishure uze guca udusanga mu mwonga.
3. Ntimuzimare Izo mboga turazirarira mw'ijoro 😔
4. Ngo genda gashiga irakuzana.
5. Genda uvome amazi nzokugurira ibutura ry’imifuko.
6. Tora Akabido uje kuwoma nciriye amate kukibabi akamye utaraza ucupfa 🤣

🤏 Muri ayo ni ayahe wewe bakunda kukubwira ???

21/01/2026

‼️None nkubu aba Sugar Mummies iyaba badahari, Abasolait dukenye twoba tubayeho gute? 🤭

Imana igiraneza nukuri kw'Imana😂

20/01/2026

🤔Iyi wakera mbonye shasha uraraba ko atari mushikawe ayidutayemwo😭🤣

20/01/2026

🤔 Nukuvuga ko iyi mvura utayibona 😂 fata uwonyene muri kumwe uravye nabi naho baray*ca

20/01/2026

🤔🤔 YOOO Huyu hapendi amani kwl 😃🥹

Vous voulez que votre entreprise soit Entreprise De Médias la plus cotée à Paris ?
Cliquez ici pour réclamer votre Listage Commercial.

équipe culinaire

Tenue

Site Web

Adresse

Avenue Des Champs Elysées
Paris
75015