Ado mayko

Ado mayko

Share

15/03/2026

Bahungu ukaca ubona icana kiriko kirasama ngo carize kitigeze gitwara amakaye muri kano gashashe 🤣

👊👊guys nimba warakoreshej akagashashe mbwira mur commantaire ingen gahera nimba wibuka kandi wibuk gukira follow na like

Photos from Ado mayko's post 21/02/2026

⚽ umwe mubakinyi baraye bagoye cane umugwi wa buja city mbegu umukinyi 💪💪

Yitwa nitunga fabrice ariko benshi bamuzi nka de jong umukinyi wa tigre noir mwiza cane hagati mukibuga kur numero 10 afise ubuhinga vyukur cane cane kubijanye n'ama passe atanga n'imbono yurukino

Kumusi wa hirya yejo aho tigre noir yariko ikina na buja city de jong numwe mubakiny nabony bashoboy kwerekana u buhinga bwinshi mukibuga yatangaje abantu benshi bar kur CTN kuraba urukino

Nimba naw war kwirabira ugo rukino kur CTN nigute wabony uyo mu petit?

Courage Mr de jong iyo mpano mumfash tuyisenger ize ishik kure 🚴🚴⚽

Follow me please 🙏 Ado kirüngo👁️👁️

09/12/2025
Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Rumonge?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Address

Birimba
Rumonge
MAYKOE