This is Rumonge
25/06/2022
Yaraye Abemereye Amazi mezi aho yari Murungendo rwakazi Muntara ya Rumonge Umukuru w'Igihugu Bwana Evaliste Ndayishimiye.ati Mumezi 3 Muzoba mwaronse Amazi meza. Bakaba baranamusavye Umuyaga nkuba Mugihe ariho hari icicaro gikuru ca Regideso ukaba ubaca hejuru.
Mwomenyako bamaze imyaka irenga 15basaba Amazi barayimwe,bakaba ba voma Uruzi Murembwe ruzsanzwe Rurimwo Umwanda mwishi uva Mumihana,Mumahinguriro nahandi hadashemeye ikindi Mwomenya n'uko Ababa Kuruyo mutumba 70%ari abamikoro make aho bibonekako abategetsi batabitaho kuko Ataburyo bwogusorora(Igiturire) bafita.
Amashi menshi kuri Neva.👏👏👏👏👏👏.
Abategetsi barihe?
Abatowe NGO nabashingamateka canke Abakenguzamateka barihe?
This is Rumonge Page
Gira Partage unafyonde kuri J'aaime.
24/06/2022
Umukuru w'Igihugu ati Muntara ya Rumonge ntibahana.
Ati ngiye Kubavugutira Umuti.
Ido n'ido nikumunsi wejo Muzogume
Impande ya Page yanyu ya This is Rumonge.
Waruziko Abanyarumonge ko bariye Inyama y'Inka yapfishije?
Kubera inda ndende ya Bategetsi biyo Ntara?
Ejo ukuri Tuzogushira ahabona.
Amafoto Amajambo yavyuzwe n'ukuntu urugendo rwagenze nahejo aracatunganywa neza Muri Studio za This is Rumonge
Gira Partage unafyonde kuri J'aime.
21/06/2022
Iyi namwe ntimutangwe gusomako...
20/06/2022
Waruziko Muri kano kanya ko ibarabara rya Bujumbura -Rumonge ko ritarako rirarengana?
Imvo Aho bita Ruhanga ugira ushike Munyaruhongoka Umusozi waguye Mwibarabara rikaba ritahita.
Ivyo biruko mugihe ibarabara ryatanguye Gusanurwa.
Page ni This is Rumonge
Gira Partage unafyonde kuri J'aime
18/06/2022
Igice ca Dama Murumonge
Hano Mugiye kuza Muraharonka Amakuru yose Avugwa Muna Mumakomine yose Agize Intara ya Burunga.
Ariyo Bururi
Matana
Mabanda
Mpinga-Kayove
Rumonge
Rutana
Makamba.
Gira Partage unafyonde kuri J'aime
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Rumonge