Promoteur de Rumonge
16/10/2025
follow for follow
23/09/2025
🔴 : Ishure ry'indaro Umushinge w'ubumenyi "Socle du Savoir de Matongo" ryuguruwe icese!
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 22 Nyakanga 2025 niho yugurura icese Ishure ry'indaro ryitiriwe umushinge w'ubumenyi riri ku mutumba wa muri komine mu ntara ya .
Umukuru w'igihugu mw'ijambo ryiwe yaribukije ko iguhugu caciye mu bihe bitandukanye bibi maze bituma igisata c'indero gita akanovera, indero y'abana irasubira inyuma. Ku bwiwe ngo ubu, Uburundi buri mu ntango yo kugarukira indero mu mashure.
Kabaye akaryo keza kuri we ko gushimira Fondation Bonne Action Umugiraneza hamwe n'amashirahamwe atandukanye ariko arubaka amashure mu ntumbero yo gukomeza indero mu mashure. Yarashimiye n'abarundi bariko bubaka amashure meza kuko ngo bituma abana bagira ubumenyi bwiza kuko ngo ugendera heza ugasa neza.
Umukuru w'igihugu yibukije ko muri poritike y'igihugu, hosohorwa abana b'abahinga kandi ko kugira bikunde umwana ategurwa neza kuva akiri hasi. Yasavye rero abavyeyi gukomeza indero yo haziko kuko ngo kw'ishure b**a ivy'ubuhinga ariko ko ubuntu bwigirwa ha ziko ubundi. Akaba yibukije ko Reta yiyemeje guteza imbere no kugwiza amashure y'indaro kugira abana bakure bazi imihingo itandukanye y'igihugu, ibituma bamenya uko abo mu zindi ntara babayeho.
Yaribukije kandi abigisha ko bafise igikorwa gikomeye co gufasha abana bataye indero kugarukana indero runtu, gutyo abana bakure bakunda iguhugu bongere basonera ivy'igihugu. Yabasavye kandi guhimiriza abana gukingira ibidukikije. Yarateye akamo abarundi bafise uburyo kwubaka amashure y'indaro. Ku bwiwe ngo bopfuma bagiriranira amasezerano n'amashure b**a bataha bakubaka indaro n'aho bafungurira maze bagaheza bakayaga uko bazogabura umwimbu uzova mu mafaranga y'ishure n'ibindi.
Umukuru w'igihugu yahamagariye abavyeyi gukomeza umugenzo wo kwigisha abana babo mu mashure y'indaro kuko ngo n'ubwo b**a bataha usanga bakoresheje uburyo bwinshi. Yasavye
23/09/2025
🛑Perturbations de l'électricité : La REGIDESO annonce des coupures temporaires
La REGIDESO informe sa clientèle qu'à la suite des essais de mise en service de la centrale hydroélectrique de Mulembwe et des travaux de connexion du poste de Rubirizi, des perturbations dans la fourniture d'électricité sont à prévoir. En effet, des coupures affecteront les localités de Carama, Mirango, Gituro, Gasenyi, Winterekwa, Gahahe, Gatunguru et leurs environs.
Ces interruptions, qui auront lieu du 27 au 28 septembre 2025, de 7h30 à 17h, sont dues à l'étape de tirage des conducteurs sur la ligne en construction reliant la région à la nouvelle infrastructure.
La invite ses clients à prendre toutes les dispositions nécessaires durant cette période et présente ses excuses pour les désagréments causés par ces travaux, jugés indispensables pour améliorer le service.
21/09/2025
yagendanye n'agafi kiwe ubu kuvunika abibaza uko bimeze,🥹 None nawe agendanye n'agafi kiwe ikibuga atanguye kukirondeza itoroshi🏟️🔦 //🫣 Umupira yabahaye uryoshe muraba murashima urya kuko yaramaze kurohama mw'idamba nyamba atari mw'izinga rya 🤣
🙆🏽♂️ Inguvu ziwe yazimuriye guterura ibitavara💔
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Website
Address
Rumonge