Intore Cyane

Intore Cyane

Share

21/05/2026

Mwebwe mwari bwabone kagabo yabaye sรฉrieux ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚!?

Any way abantu mudafise application ya BOUTIFY murabinsi biterambere๐Ÿ˜‚

20/05/2026

๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ ๐Ÿ˜‚ kuri kiosk abantu Bose bajaho bafise imico yokuraba mumafone y'abantu.

20/05/2026

Ngarutse ngaha nje kubashimira ndakeuuuuu ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

umuntu Wese arimwo ngaha IMANA imurinde ubukene n'agasuzuguro.๐Ÿคฒ
Mumezi ane (4) n'imisi icenda (9) abantu 50 milles kuri Facebook na Tiktok First of all ALLAH AKBAR.
Ibisigaye atamwebwe nta jewe atamwebwe nta NTORE CYANE... ๐Ÿ”ฅ
Alhamdoulilah ๐Ÿ˜ญ

Intore Ntipfa Ivuna Umugara ๐Ÿ™๐Ÿซ‚๐Ÿ’–

18/05/2026

I BUBANZA hariyo ibi petits bitamba ukibaza ibi bi petits vyonse gutamba ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ”ฅ

Aba nabo bitwa White dance burundi boca bakwica...
Abana baratamba ngo ngwino urore๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃgusa ababigisha gutamba nibo bafise akazi gakomeye๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿ˜‚ Kandi baze barabaha discipline kuko niyo mushinge wo gutera imbere...
Mwebwe mwitege challenge yindirimbo NIMBIII ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Hama mugende mugire subscribe kuri Youtube yacu link ngiyo ๐Ÿ‘‡

https://youtube.com/?si=QlgcEYYUAQpw4eBB

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Muyinga?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address

Muyinga