Alain carmen

Alain carmen

Share

14/01/2026

🇮🇷💸 *Wari u*i ko ifaranga rya Iran rigeze kurugero rudasanzwe ryo agaciro ku rugero ruteye ubwoba?

Mu 2024-2026 *1$= hafi 1,400,000 IRR (Iranian Rial).

📉 ubu rero guhindura izina ry’ifaranga). Ivyo vyerekana uko ubukene, ibihano vya politike, hamwe n’ukutagira ugukomera kw’ubutunzi bishobora gusambura ifaranga ry’igihugu.

📌 Ibi bidusigira icirwa gikomeye:
> Dukwiye kwubaha no gukingira ifaranga ryacu, dushigikira ibikorwa, twirinda igiturire, dukunda igihugu.

🙏🏾

# Alain Carmen

04/01/2026

Iyi Real Madrid unomwaka kumenga ije neza?😂
RM5-1Real Betis

23/07/2024
Want your business to be the top-listed Contractor in Itaba?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Gitega/
Itaba
ITABA