Finix

Finix

Share

01/02/2025

🔴 "Ingwano ntikiri iya Congo n'Urwanda, ni iy'akarere" - Prezida Evariste Ndayishimiye ku baserukira ibihugu vyabo mu

Umukuru w'igihugu abahamagarira kugira ico baterereye mu guhagarika ico kibazo c'umutekano muke uri mu Buseruko bwa RD Congo bitarayangara na gose

📌 Yavuze ko ico kibazo caje bukebuke bakibona kandi ko gishobora no gutandukira akarere kose mu gihe atacokorwa.

🤌🏼 Kubwa Prezida Ndayishimiye, Uburundi ntibuzoguma bureze amaboko mu gihe vyobandanya uko : "Hamwe bitohagarara, intambara irashobora gusutama icese, kandi abanyagihugu ntibashobora kuvyihanganira"

🥂 Ivyo yabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu ku kirimba c'Umukuru w'igihugu i Kiriri, aho yari aramutse yipfurizanya umwaka mushasha w'2025 n'abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi.

11/05/2024

gervonta Davis 💪💪💪💪💪

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Gitega